
Hon. Imelde SABUSHIMIKE, Ministre de la Solidarité nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre représente le Burundi à la 66ème session de la commission de la condition de la femme qui se tient à New-York du 14 au 25 mars 2022.
Hon. Imelde SABUSHIMIKE, Minister of National Solidarity, Social Affairs, Human Rights and Gender represents Burundi at the 66th session of the Commission on the Status of Women, which is being held in New York from March 14 to 25 2022.
Mhe. Imelde SABUSHIMIKE, Waziri wa Mshikamano wa Kitaifa, Masuala ya Kijamii, Haki za Kibinadamu na Jinsia anawakilisha Burundi katika kikao cha 66 cha Tume ya Hali ya Wanawake, kinachofanyika New York kuanzia Machi 14 hadi 25 2022.
Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira ariko araserukira igihugu c’Uburundi mu nama igira 66 y’umurwi ujejwe kuraba uko abakenye bifashe, ikaba iriko ibere i New York muri Reta Zunze Ubumwe bwa Amerika kuva kw’igenekerezo rya 14 gushika kurya 15 ntwarante 2022.