Imiryango mirongo itanu n’icenda yo ku mutumba murambi yararonkejwe amabati
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 30 gitugutu 2023, Ubushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira bwaratanze amabati igihumbi n’amajana atatu na …